ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mika 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Baragowe abaja umugambi wo kugira nabi be n’abategura ibibi bari ku bitanda vyabo+! Bupfa guca bakabikora+, kuko babishoboye+.

  • Mika 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe.

  • Zefaniya 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Abaganwa biwe hagati muri we bari intambwe ziroha+. Abacamanza biwe bari amabingira y’umugoroba adakegeta amagufa ngo ashikane mu gitondo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika