Yeremiya 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+,
24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+,