Gusubira mu vyagezwe 28:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Uzovyara abahungu n’abakobwa, mugabo ntibazoguma ari rwawe, kuko bazoja kugirwa imbohe+. Yeremiya 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Nk’izo nsukoni nziza, ni ko nzobona neza+ abagizwe inyagano ba Yuda, abo nzokwirukana aha hantu bakaja mu gihugu c’Abakaludaya+.
5 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Nk’izo nsukoni nziza, ni ko nzobona neza+ abagizwe inyagano ba Yuda, abo nzokwirukana aha hantu bakaja mu gihugu c’Abakaludaya+.