Yeremiya 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uvuge uti: ‘Niwumve ijambo rya Yehova, yewe mwami wa Yuda wicaye ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, wewe n’abasuku bawe n’abantu bawe, abinjirana muri aya marembo+. Yeremiya 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze muri uwo mwaka, mu ntango y’ubwami bwa Zedekiya+ umwami wa Yuda, mu mwaka ugira kane, mu kwezi kugira gatanu, Hananiya+ mwene Azuri, umuhanuzi yava i Gibeyoni+, ambwirira mu nzu ya Yehova mu maso y’abaherezi n’ay’abantu bose ati:
2 Uvuge uti: ‘Niwumve ijambo rya Yehova, yewe mwami wa Yuda wicaye ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, wewe n’abasuku bawe n’abantu bawe, abinjirana muri aya marembo+.
28 Maze muri uwo mwaka, mu ntango y’ubwami bwa Zedekiya+ umwami wa Yuda, mu mwaka ugira kane, mu kwezi kugira gatanu, Hananiya+ mwene Azuri, umuhanuzi yava i Gibeyoni+, ambwirira mu nzu ya Yehova mu maso y’abaherezi n’ay’abantu bose ati: