2 Abami 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze. Ezekiyeli 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Mwene wabo Oholiba ngo abibone+, aca yihereza icipfuzo ciwe c’umubiri bimwe bibi kumurusha, n’ubumaraya bwiwe kuruta ubusambanyi bwa mwene wabo+.
19 Mbere na Yuda ntiyagumije amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, mugabo batangura kugendera mu vyagezwe vya Isirayeli+, ivyo bano bari barashinze.
11 “Mwene wabo Oholiba ngo abibone+, aca yihereza icipfuzo ciwe c’umubiri bimwe bibi kumurusha, n’ubumaraya bwiwe kuruta ubusambanyi bwa mwene wabo+.