2 Abami 17:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 N’abo mu muryango wa Yuda ntibagamburutse amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, kandi bakurikije imigenzo y’Abisirayeli+.
19 N’abo mu muryango wa Yuda ntibagamburutse amabwirizwa ya Yehova Imana yabo+, kandi bakurikije imigenzo y’Abisirayeli+.