ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 24:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Nk’izo nsukoni nziza, ni ko nzobona neza+ abagizwe inyagano ba Yuda, abo nzokwirukana aha hantu bakaja mu gihugu c’Abakaludaya+.

  • Mika 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nugire ububabare bukaze kandi uturikishe, ewe mukobwa wa Siyoni, nk’umugore ariko yibaruka+, kuko ubu uzosohoka uvuye mu gisagara, ukaba koko mu gahinga+. Uzoshika i Babiloni ata kabuza+. Aho ni ho uzorokorerwa+. Ni ho Yehova azogucungurira akagukura mu kiganza c’abansi bawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika