Gusubira mu vyagezwe 30:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova Imana yawe azokuzana koko mu gihugu ba so bigaruriye, kandi uzocigarurira ata kabuza; kandi azokugirira neza koko yongere akugwize kuruta ba so+. Yesaya 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu misi izoza Yakobo azoshora imizi, Isirayeli+ azoshurika anage koko; kandi ntibazobura kwuzuza umwimbu uburinganire bw’ubutaka bwimbuka+. Yeremiya 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nk’uko ingabo zo mu majuru zidashobora guharurwa, canke ngo umusenyi w’ikiyaga ugerwe+, ni ko nzogwiza uruvyaro rwa Dawidi umusavyi wanje n’Abalewi bankorera+.’” Zakariya 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Nzobahamagaza agahwa+ ndabakoranirize hamwe; kuko nzobacungura ata kabuza+, kandi bazogwira, nk’abari baragwiriye+.
5 Yehova Imana yawe azokuzana koko mu gihugu ba so bigaruriye, kandi uzocigarurira ata kabuza; kandi azokugirira neza koko yongere akugwize kuruta ba so+.
6 Mu misi izoza Yakobo azoshora imizi, Isirayeli+ azoshurika anage koko; kandi ntibazobura kwuzuza umwimbu uburinganire bw’ubutaka bwimbuka+.
22 Nk’uko ingabo zo mu majuru zidashobora guharurwa, canke ngo umusenyi w’ikiyaga ugerwe+, ni ko nzogwiza uruvyaro rwa Dawidi umusavyi wanje n’Abalewi bankorera+.’”
8 “‘Nzobahamagaza agahwa+ ndabakoranirize hamwe; kuko nzobacungura ata kabuza+, kandi bazogwira, nk’abari baragwiriye+.