Yesaya 60:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umutoyi azocika igihumbi, uwo hasi na we acike ihanga rikomeye+. Jewe Yehova, nzovyihutisha mu gihe cavyo+.” Mika 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+. Zefaniya 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ehe ico gihe nzohagurukira abahora baguteza amarushwa bose+; kandi umwe acumbagira nzomukiza+, n’umwe yashwiragira ndamukoranirize hamwe+. Nzobagira ishemezo n’izina mu gihugu cose bamaramariyemwo.
22 Umutoyi azocika igihumbi, uwo hasi na we acike ihanga rikomeye+. Jewe Yehova, nzovyihutisha mu gihe cavyo+.”
7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+.
19 Ehe ico gihe nzohagurukira abahora baguteza amarushwa bose+; kandi umwe acumbagira nzomukiza+, n’umwe yashwiragira ndamukoranirize hamwe+. Nzobagira ishemezo n’izina mu gihugu cose bamaramariyemwo.