Yeremiya 33:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Aha hantu h’igiharabuga hatagira umuntu n’igitungwa+, no mu bisagara vyaho vyose, hazosubira kubaho itongo ry’uburagiriro ry’abungere bavyagiza umukuku+.’ Ezekiyeli 36:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nzobagwizako abantu, inzu ya Isirayeli yose, yose uko ingana+, kandi ibisagara bazobibamwo+, ibibanza vyatikijwe na vyo bisubire kwubakwa+.
12 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Aha hantu h’igiharabuga hatagira umuntu n’igitungwa+, no mu bisagara vyaho vyose, hazosubira kubaho itongo ry’uburagiriro ry’abungere bavyagiza umukuku+.’
10 Nzobagwizako abantu, inzu ya Isirayeli yose, yose uko ingana+, kandi ibisagara bazobibamwo+, ibibanza vyatikijwe na vyo bisubire kwubakwa+.