ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 12:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mu gihe co gushikiriza+ uruhome rwa Yeruzalemu, barondera Abalewi ngo babazane i Yeruzalemu babakuye aho baba hose, kugira ngo hagirwe ishikiriza habe n’umunezero, egome, biherekejwe n’ugukenguruka+ n’ururirimbo+, be n’ukuvuza ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+.

  • Yesaya 44:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Umwe avuga kuri Kuro+ ati: ‘Ni umwungere wanje, kandi ikimpimbara cose azogishitsa neza+’, mbere n’ijambo mvuga kuri Yeruzalemu nti: ‘Hazosubira kwubakwa,’ ku rusengero na ho nti: ‘Umushinge wawe uzoshingwa+.’”

  • Yeremiya 30:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nkoranye abo mu mahema ya Yakobo+ bagizwe imbohe, kandi nzokwumvira ikigongwe amataberenakulo yiwe. Igisagara kizosubira kwubakwa koko ku kidunduri caco+; kandi umunara wo kubamwo uzoba mu kibanza cawo ufitiye uburenganzira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika