Abalewi 25:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kuko ari abashumba banje nakuye mu gihugu ca Misiri+. Ntibaze bigurishe nk’uko umushumba agurishwa. Zaburi 36:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amajambo y’akanwa kiwe ni ibibabaza n’ubuhendanyi+;Yaretse kugira ugutahura kwimbitse kwo gukora ineza+.
42 Kuko ari abashumba banje nakuye mu gihugu ca Misiri+. Ntibaze bigurishe nk’uko umushumba agurishwa.
3 Amajambo y’akanwa kiwe ni ibibabaza n’ubuhendanyi+;Yaretse kugira ugutahura kwimbitse kwo gukora ineza+.