Kuvayo 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Amaherezo afata igitabu c’isezerano+, agisomera mu matwi y’abantu+. Maze bavuga bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora no kubigamburuka+.” Gusubira mu vyagezwe 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova Imana yacu yagiranye natwe isezerano i Horebu+.
7 Amaherezo afata igitabu c’isezerano+, agisomera mu matwi y’abantu+. Maze bavuga bati: “Ivyo Yehova avuze vyose turiteguriye kubikora no kubigamburuka+.”