2 Ngoma 36:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe. Yeremiya 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.
17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe.
39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.