ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+ n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; aturiza umuriro n’inzu y’umuntu ahambaye wese+.

  • Yeremiya 32:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Kandi Abakaludaya bariko barwanya iki gisagara bazokwinjira bagiturize umuriro+, bagitongore be n’amazu bahora bafumbishiriza ku bisenge vyayo umwotsi w’ibimazi, bawufumbishirije Bayali bakongera bakahasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa kugira bambabaze+.’

  • Yeremiya 38:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Abagore bawe bose n’abana bawe bose barabasohoye babajana ku Bakaludaya, kandi wewe ntuzokira ukuboko kwabo+, mugabo uzofatwa n’ukuboko kw’umwami wa Babiloni, kandi kubera wewe, iki gisagara kizoturizwa umuriro+.”

  • Yeremiya 39:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi Abakaludaya baturiza umuriro inzu y’umwami n’amazu y’abantu+ bongera basiturira hasi impome za Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 52:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze aturira inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami n’amazu yose y’i Yeruzalemu+; kandi inzu yose ihambaye ayituriza umuriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika