Zaburi 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nta birata bohagarara imbere y’amaso yawe+.Uranka koko abaza barakora ibintu bibabaza bose+; Yeremiya 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Niwagaruka, nanje nzokugarukana+. Uzohagarara imbere yanje+. Niwakura ibifise agaciro mu bintu ata co bimaze, uzoba nk’umunwa wanje. Bazokugarukako, mugabo wewe ntuzobagarukako.” Luka 21:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugume murikanuye+ rero, mutakamba igihe cose+ kugira ngo mushobore gukira ivyo bintu vyose bibwirizwa kuba, no guhagarara imbere y’Umwana w’umuntu+.”
19 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Niwagaruka, nanje nzokugarukana+. Uzohagarara imbere yanje+. Niwakura ibifise agaciro mu bintu ata co bimaze, uzoba nk’umunwa wanje. Bazokugarukako, mugabo wewe ntuzobagarukako.”
36 Mugume murikanuye+ rero, mutakamba igihe cose+ kugira ngo mushobore gukira ivyo bintu vyose bibwirizwa kuba, no guhagarara imbere y’Umwana w’umuntu+.”