1 Abami 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Eliya+ Umutishibe wo mu baba i Gileyadi+ abwira Ahabu ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ Imana ya Isirayeli, uwo mpagarara+ imbere koko, muri iyi myaka nta kime canke imvura bizohaba+, kiretse kw’itegeko ry’ijambo ryanje+!” Zakariya 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Niwagendera mu nzira zanje, ugashitsa ivyo nakujeje+, ni wewe rero uzocira imanza inzu yanje+ ukongera ukarinda ibigo vyanje; kandi nzoguha koko ubwishikira muri aba bahagaze ng’aha.’
17 Nuko Eliya+ Umutishibe wo mu baba i Gileyadi+ abwira Ahabu ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ Imana ya Isirayeli, uwo mpagarara+ imbere koko, muri iyi myaka nta kime canke imvura bizohaba+, kiretse kw’itegeko ry’ijambo ryanje+!”
7 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Niwagendera mu nzira zanje, ugashitsa ivyo nakujeje+, ni wewe rero uzocira imanza inzu yanje+ ukongera ukarinda ibigo vyanje; kandi nzoguha koko ubwishikira muri aba bahagaze ng’aha.’