Yeremiya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Hagarara mw’irembo ry’inzu ya Yehova, maze uhatangarize iri jambo+, uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, mwebwe mwese abo muri Yuda, mwebwe mwinjira muri aya marembo kwunamira Yehova. Yeremiya 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uvuge uti: ‘Niwumve ijambo rya Yehova, yewe mwami wa Yuda wicaye ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, wewe n’abasuku bawe n’abantu bawe, abinjirana muri aya marembo+.
2 “Hagarara mw’irembo ry’inzu ya Yehova, maze uhatangarize iri jambo+, uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, mwebwe mwese abo muri Yuda, mwebwe mwinjira muri aya marembo kwunamira Yehova.
2 Uvuge uti: ‘Niwumve ijambo rya Yehova, yewe mwami wa Yuda wicaye ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, wewe n’abasuku bawe n’abantu bawe, abinjirana muri aya marembo+.