2 Abami 22:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu nyuma Hilikiya+ umuherezi mukuru abwira Shafani+ umunyamabanga+ ati: “Ca gitabu c’itegeko+ nacubuye mu nzu ya Yehova.” Hilikiya aha rero ico gitabu Shafani, na we atangura kugisoma. Yeremiya 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+. Yeremiya 39:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 egome, batuma gutora Yeremiya mu Kigo c’Abarinzi+ maze bamushikiriza Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, kugira ngo amujane mu nzu yiwe, kugira abe hagati mu bantu.
8 Mu nyuma Hilikiya+ umuherezi mukuru abwira Shafani+ umunyamabanga+ ati: “Ca gitabu c’itegeko+ nacubuye mu nzu ya Yehova.” Hilikiya aha rero ico gitabu Shafani, na we atangura kugisoma.
24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.
14 egome, batuma gutora Yeremiya mu Kigo c’Abarinzi+ maze bamushikiriza Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, kugira ngo amujane mu nzu yiwe, kugira abe hagati mu bantu.