Yeremiya 36:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko umwami atuma Yehudi+ kuzana nya muzingo. Awutora rero mu cumba c’uburiro ca Elishama+ umunyamabanga+. Maze Yehudi atangura kuwusomera n’ijwi rirenga mu matwi y’umwami no mu matwi y’abaganwa bose bari bahagaze iruhande y’umwami.
21 Nuko umwami atuma Yehudi+ kuzana nya muzingo. Awutora rero mu cumba c’uburiro ca Elishama+ umunyamabanga+. Maze Yehudi atangura kuwusomera n’ijwi rirenga mu matwi y’umwami no mu matwi y’abaganwa bose bari bahagaze iruhande y’umwami.