Yeremiya 36:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Niwironse umuzingo w’igitabu+, hanyuma uwandikemwo amajambo yose+ nakubwiye kuri Isirayeli no kuri Yuda+ no ku mahanga yose+, kuva umusi navugana nawe, kuva mu misi ya Yosiya gushika n’uyu musi+.
2 “Niwironse umuzingo w’igitabu+, hanyuma uwandikemwo amajambo yose+ nakubwiye kuri Isirayeli no kuri Yuda+ no ku mahanga yose+, kuva umusi navugana nawe, kuva mu misi ya Yosiya gushika n’uyu musi+.