ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 21:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 ‘Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Ehe mbahindukirijeko ibirwanisho vy’intambara biri mu kuboko kwanyu, ivyo muriko murwanisha umwami wa Babiloni+ n’Abakaludaya+ babasugereje inyuma y’uruhome, kandi nzobakoraniriza hagati muri iki gisagara+.

  • Yeremiya 32:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ntange iki gisagara mu kuboko kw’Abakaludaya no mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, na we azogifata ata kabuza+.

  • Yeremiya 34:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Zedekiya umwami wa Yuda+ n’abaganwa biwe na bo nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kw’inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni+ ziriko ziva iwanyu+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika