15 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira nzane kuri iki gisagara no ku bisagara vyaco vyose ivyago vyose nakivuzeko, kubera ko bakomantaje izosi ryabo kugira ngo ntibagamburuke amajambo yanje+.’”
17 “Ibi rero ni vyo Yehova, Imana nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira nzane kuri Yuda no ku baba i Yeruzalemu bose ivyago vyose nabavuzeko+, kuko nababwiye mugabo ntibumviriza, nkaguma ndabahamagara mugabo ntibanyitabe+.’”