Yeremiya 34:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Zedekiya umwami wa Yuda+ n’abaganwa biwe na bo nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kw’inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni+ ziriko ziva iwanyu+.’
21 Zedekiya umwami wa Yuda+ n’abaganwa biwe na bo nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kw’inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni+ ziriko ziva iwanyu+.’