Yeremiya 26:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abaherezi n’abahanuzi batangura kubwira abaganwa n’abantu bose bati: “Uyu mugabo akwiriye urubanza rwo gupfa+, kuko yavuze ubuhanuzi ku bijanye n’iki gisagara nk’uko mwavyiyumviye n’amatwi yanyu bwite+.”
11 Abaherezi n’abahanuzi batangura kubwira abaganwa n’abantu bose bati: “Uyu mugabo akwiriye urubanza rwo gupfa+, kuko yavuze ubuhanuzi ku bijanye n’iki gisagara nk’uko mwavyiyumviye n’amatwi yanyu bwite+.”