ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 16:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko Asa ababazwa n’uwo rubonyi maze amushira mu nzu y’impatane z’ibiti*+, kuko yari yamugiriye ubushangashirwe kubera ico kintu+. Nuko Asa atangura gukandamiza+ n’abandi bantu muri ico gihe nyene.

  • Yeremiya 20:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Pashuri akubita Yeremiya umuhanuzi+ yongera amushira mu mpatane z’ibiti*+ zari mw’Irembo ryo Haruguru rya Benyamini, iryari mu nzu ya Yehova.

  • Ivyakozwe 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 bashorera amaboko ku ntumwa, babashira aho bacungirwa mu kibanza ca bose+.

  • Ivyakozwe 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Buno Herodi ari hafi kumuzana, iryo joro Petero yari asinziriye aboheshejwe iminyororo ibiri hagati y’abasoda babiri, kandi abarinzi imbere y’umuryango bari bacunze nya bohero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika