1 Samweli 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Yonatani yongera kurahira Dawidi kubera urukundo yamukunda; kuko yamukunda nk’uko yikunda+. 2 Abami 25:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Gedaliya arabarahira+, bo hamwe n’ingabo zabo, avuga ati: “Ntimutinye kuba abasuku b’Abakaludaya. Nimube mu gihugu, mukorere umwami wa Babiloni, bizoheza bibagendere neza+.”
24 Maze Gedaliya arabarahira+, bo hamwe n’ingabo zabo, avuga ati: “Ntimutinye kuba abasuku b’Abakaludaya. Nimube mu gihugu, mukorere umwami wa Babiloni, bizoheza bibagendere neza+.”