Yeremiya 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbere nabwiye Zedekiya+ umwami wa Yuda nk’uko aya majambo yose ari+ nti: “Nimuzane amazosi yanyu munsi y’ingǒgo y’umwami wa Babiloni, mumukorere we n’abantu biwe mubone kubandanya kubaho+. Yeremiya 40:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+ arabarahira+, arahira n’ingabo zabo, ati: “Ntimutinye gukorera Abakaludaya. Nimubandanye kuba mu gihugu, mukorere umwami wa Babiloni, bizoheza bibagendere neza+.
12 Mbere nabwiye Zedekiya+ umwami wa Yuda nk’uko aya majambo yose ari+ nti: “Nimuzane amazosi yanyu munsi y’ingǒgo y’umwami wa Babiloni, mumukorere we n’abantu biwe mubone kubandanya kubaho+.
9 Nuko Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+ arabarahira+, arahira n’ingabo zabo, ati: “Ntimutinye gukorera Abakaludaya. Nimubandanye kuba mu gihugu, mukorere umwami wa Babiloni, bizoheza bibagendere neza+.