Ezekiyeli 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, atora umwe mu bo mu nda y’ingoma+, agirana isezerano na we, amurahiza indahiro+; atwara n’abantu bakurubakuru bo mu gihugu+,
13 Vyongeye, atora umwe mu bo mu nda y’ingoma+, agirana isezerano na we, amurahiza indahiro+; atwara n’abantu bakurubakuru bo mu gihugu+,