2 Abami 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, umwami wa Babiloni+ yimika Mataniya sewabo+ wa Yehoyakini amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza ahindura izina ryiwe riba Zedekiya+. Yeremiya 37:1 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+.
17 Vyongeye, umwami wa Babiloni+ yimika Mataniya sewabo+ wa Yehoyakini amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza ahindura izina ryiwe riba Zedekiya+.
37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+.