ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 20:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko umwe wese agira uwo yica; Abasiriya+ barahunga+, maze Isirayeli irabakurikira, mugabo Beni-hadadi umwami wa Siriya arashobora kunyaga amagara ari kw’ifarasi kumwe n’abagendera ku mafarasi.

  • Yobu 21:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Yuko ku musi w’ivyago umubi azigurizwa+,

      Ku musi w’uburake akarokorwa?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika