ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 41:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yohanani+ mwene Kareya, n’abakuru bose b’inteko za gisirikare bari kumwe na we, bafata rero amasigarira yose y’abantu bagarukanye bayakuye kuri Ishimayeli mwene Netaniya, bayakuye i Mizipa, aho amariye kwica Gedaliya+ mwene Ahikamu, abantu b’abagabo, abarwanyi, n’abagore n’abana batoyi n’abakozi bo ku kirimba, abo yagarukanye abakuye i Gibeyoni.

  • Yeremiya 42:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Maze abakuru bose b’inteko za gisirikare na Yohanani+ mwene Kareya na Yezaniya+ mwene Hoshaya+ n’abantu bose, kuva ku mutoyi kuruta abandi bose gushika ku wuhambaye kuruta abandi bose, baregera,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika