Yosuwa 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nya rubibe rwashika i Tabori+ n’i Shahazuma n’i Beti-shemeshi, umupaka wabo ukaba wagarukira kuri Yorodani; ibisagara cumi na bitandatu n’imihana irundanye ibikukira. Abacamanza 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Atumako rero Baraki+ mwene Abinowamu i Kedeshi-nafutali+, amubwira ati: “Yehova Imana ya Isirayeli ategetse ati: ‘Genda ushware umusozi Tabori+, kandi ujane n’abagabo ibihumbi cumi bo muri bene Nafutali+ no muri bene Zebuloni+. Zaburi 89:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uburaruko n’ubumanuko, ni wewe wabiremye+;Tabori+ na Herumoni+, mw’izina ryawe biriha akamo k’umunezero+.
22 Nya rubibe rwashika i Tabori+ n’i Shahazuma n’i Beti-shemeshi, umupaka wabo ukaba wagarukira kuri Yorodani; ibisagara cumi na bitandatu n’imihana irundanye ibikukira.
6 Atumako rero Baraki+ mwene Abinowamu i Kedeshi-nafutali+, amubwira ati: “Yehova Imana ya Isirayeli ategetse ati: ‘Genda ushware umusozi Tabori+, kandi ujane n’abagabo ibihumbi cumi bo muri bene Nafutali+ no muri bene Zebuloni+.
12 Uburaruko n’ubumanuko, ni wewe wabiremye+;Tabori+ na Herumoni+, mw’izina ryawe biriha akamo k’umunezero+.