Abaheburayo 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo mwaribagiye buhere kwa guhimiriza kubabwira nk’abana+ ngo: “Mwananje, ntugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova, canke ngo udendebukirwe igihe ukosowe na we+; Ivyahishuwe 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Abo niyumvamwo bose ndabakangira kandi nkabatoza indero+. Nugire umwete rero, wigaye+.
5 mugabo mwaribagiye buhere kwa guhimiriza kubabwira nk’abana+ ngo: “Mwananje, ntugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova, canke ngo udendebukirwe igihe ukosowe na we+;