Abalewi 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntibakwiye kwica ubuhanza ku mitwe+, kandi ntibaze bamwe udusunwa tw’ubwanwa bwabo+, kandi ntibaze bikebe ku mubiri+. Gusubira mu vyagezwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Mwebwe muri abana ba Yehova Imana yanyu+. Ntimuze mwikebagure+ canke ngo mwice ubuhanza+ ku ruhanga rwanyu ku bw’umuntu yapfuye. Yeremiya 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi bazopfira koko muri iki gihugu, abakuru n’abato. Ntibazohambwa+, kandi abantu ntibazokwikubitagura kubera bo, eka nta n’uwuzokwikebagura+ canke ngo yiharanguze kubera bo+. Yeremiya 48:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kuko ku mutwe umwumwe wose hari ubuhanza+, kandi ubwanwa bwose buramoye+. Ku maboko yose harakebaguye+, mu mafyinga na ho hakaba amagunira+!’”
5 Ntibakwiye kwica ubuhanza ku mitwe+, kandi ntibaze bamwe udusunwa tw’ubwanwa bwabo+, kandi ntibaze bikebe ku mubiri+.
14 “Mwebwe muri abana ba Yehova Imana yanyu+. Ntimuze mwikebagure+ canke ngo mwice ubuhanza+ ku ruhanga rwanyu ku bw’umuntu yapfuye.
6 Kandi bazopfira koko muri iki gihugu, abakuru n’abato. Ntibazohambwa+, kandi abantu ntibazokwikubitagura kubera bo, eka nta n’uwuzokwikebagura+ canke ngo yiharanguze kubera bo+.
37 Kuko ku mutwe umwumwe wose hari ubuhanza+, kandi ubwanwa bwose buramoye+. Ku maboko yose harakebaguye+, mu mafyinga na ho hakaba amagunira+!’”