Itanguriro 37:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yakobo aca atantamura imitamana yiwe maze akenyera igunira* mu mafyinga, agandarira umuhungu wiwe imisi myinshi+. Ezekiyeli 27:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Bazokwiharanguza kubera wewe+, bakenyere amagunira+, bakuririre badundumiwe mu mutima+, baboroge bimwe bibi. Daniyeli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.
34 Yakobo aca atantamura imitamana yiwe maze akenyera igunira* mu mafyinga, agandarira umuhungu wiwe imisi myinshi+.
31 Bazokwiharanguza kubera wewe+, bakenyere amagunira+, bakuririre badundumiwe mu mutima+, baboroge bimwe bibi.
3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.