Guharura 21:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uragowe Mowabu! Ntimuzobura kuzimangana, yemwe bantu ba Kemoshi+!Ntazobura gutanga abahungu biwe nk’abarokotse, n’abakobwa biwe ngo bagirwe imbohe ku mwami w’Abamori, Sihoni. Yesaya 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu mabarabara yaho bakenyeye amagunira+. Ku bisenge+ vyaho no mu bibanza vya bose vyaho, abantu baho bose baraboroga, bakamanuka barira+.
29 Uragowe Mowabu! Ntimuzobura kuzimangana, yemwe bantu ba Kemoshi+!Ntazobura gutanga abahungu biwe nk’abarokotse, n’abakobwa biwe ngo bagirwe imbohe ku mwami w’Abamori, Sihoni.
3 Mu mabarabara yaho bakenyeye amagunira+. Ku bisenge+ vyaho no mu bibanza vya bose vyaho, abantu baho bose baraboroga, bakamanuka barira+.