ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 “Ni nde none uwo Mwami aninahaye+?”

      “Yehova uwukomeye kandi w’umunyabubasha+,

      Yehova w’umunyabubasha mu rugamba+.”

  • Yeremiya 46:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Umwami avuze, umwe yitwa Yehova nyen’ingabo+: ‘azoza nka Tabori+ mu misozi, nka Karumeli+ iruhande y’ikiyaga.

  • Daniyeli 4:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”

  • Malaki 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Aravumwe uwukorana urwenge kandi mu busho bwiwe hariyo igitungwa c’ikigabo, akagira indagano hanyuma agashikanira Yehova icononekaye+. Kuko ndi Umwami ahambaye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “kandi izina ryanje rizoba iriteye ubwoba mu mahanga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika