Yeremiya 49:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Mugabo mu nyuma nzokoranya abagizwe imbohe bo muri bene Amoni+,’ ni ko Yehova avuze.” Yeremiya 49:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Uku ni ko bizoba koko mu kiringo ca nyuma c’imisi+: nzokoranya abagizwe imbohe ba Elamu+,” ni ko Yehova avuze.
39 “Uku ni ko bizoba koko mu kiringo ca nyuma c’imisi+: nzokoranya abagizwe imbohe ba Elamu+,” ni ko Yehova avuze.