ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 68:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Imana, ahantu hayo heranda iba+,

      Ni se w’impfuvyi* ikaba n’umucamanza w’abapfakazi+.

  • Hoseya 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ashuri ntizodukiza+. Ntituzogendera ku mafarasi+. Kandi ntituzokwongera kubwira igikorwa c’amaboko yacu ngo: “Ewe Mana yacu!”, kuko ari wewe utuma impfuvyi* igirirwa imbabazi+.’

  • Yakobo 1:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika