Zaburi 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko numvise inkuru mbi ivugwa na benshi+,Ivutu rigakwira impande zose+.Iyo barundaniye hamwe nk’umuntu umwe ngo bandwanye+,Bategura umugambi wo gukuraho ubuzima bwanje+. Yeremiya 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ntusohoke ngo uje mu gahinga, kandi ntugendere no mu nzira; kuko hari inkota y’umwansi, hakaba n’ivutu irya n’ino+. Yeremiya 46:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “‘Kubera iki nababonye bacitse ivutu? Bariko basubira inyuma, kandi abagabo b’abanyenkomezi babo barajanjaguwe; bahunze koko, ntibahindukiye+. Hari ivutu irya n’ino+,’ ni ko Yehova avuze.
13 Kuko numvise inkuru mbi ivugwa na benshi+,Ivutu rigakwira impande zose+.Iyo barundaniye hamwe nk’umuntu umwe ngo bandwanye+,Bategura umugambi wo gukuraho ubuzima bwanje+.
25 Ntusohoke ngo uje mu gahinga, kandi ntugendere no mu nzira; kuko hari inkota y’umwansi, hakaba n’ivutu irya n’ino+.
5 “‘Kubera iki nababonye bacitse ivutu? Bariko basubira inyuma, kandi abagabo b’abanyenkomezi babo barajanjaguwe; bahunze koko, ntibahindukiye+. Hari ivutu irya n’ino+,’ ni ko Yehova avuze.