ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 8:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nya suguru y’impene irihambaza+ bimwe birenze; mugabo ikimara kugira inkomezi, rya hembe rinini riravunwa, mu kibanza caryo hanaga amahembe ane mu buryo bwibonekeje, yerekeje kuri ya miyaga ine y’amajuru+.

  • Daniyeli 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi niyamara guhaguruka+, ubwami bwiwe buzovunagurwa, bugaburwe buja kuri ya miyaga ine+ y’amajuru+; mugabo ntibuzohabwa uruvyaro rwiwe+, kandi ntibuzogira ubutware nk’ubwo yahora aganzisha; kuko ubwami bwiwe buzorandurwa, bugahabwa abandi atari abo.

  • Ivyahishuwe 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Inyuma y’ivyo mbona abamarayika+ bane bahagaze ku mfuruka zine z’isi, bafashe bagumije ya miyaga ine+ y’isi, kugira ngo ntihagire umuyaga uhuhutira kw’isi canke ku kiyaga canke ku giti na kimwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika