Zaburi 137:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+. Yesaya 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Imiheto yabo izomenagura n’imisore+. Kandi nta kigongwe bazogirira ivyamwa vy’inda+; nta kagongwe ijisho ryabo rizokwumvira abana. Ivyahishuwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Arya mahembe cumi+ wabonye na yo, be na kirya gikoko+, ivyo bizokwanka urya mumaraya+, kandi bizomutikiza bimusige ari gusa, kandi bizorya inyama ziwe, bimutongoze umuriro+.
8 Ewe mukobwa wa Babiloni ubwirizwa kunyagwa+,Azoba ahiriwe uwuzoguhemba+Akakugirira uko ubwawe watugiriye+.
18 Imiheto yabo izomenagura n’imisore+. Kandi nta kigongwe bazogirira ivyamwa vy’inda+; nta kagongwe ijisho ryabo rizokwumvira abana.
16 Arya mahembe cumi+ wabonye na yo, be na kirya gikoko+, ivyo bizokwanka urya mumaraya+, kandi bizomutikiza bimusige ari gusa, kandi bizorya inyama ziwe, bimutongoze umuriro+.