ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 21:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko bahunze kubera inkota, kubera inkota isokoye, no kubera umuheto ufoye, no kubera uburemere bw’intambara.

  • Yeremiya 50:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Nimutonde kugira mutere Babiloni impande zose+, mwese abahonyora umuheto+. Nimumurase+. Ntihagire umwampi musigaza, kuko yacumuye kuri Yehova+.

  • Yeremiya 50:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Bakoresha umuheto n’ikobero+. Ni ba ruburakigongwe kandi ntibazogira imbabazi+. Urwamo rwabo rumeze nk’ikiyaga gisebagirika+, kandi bazogendera ku mafarasi+; batonze nk’umuntu umwe kugira ngo bakurwanye, ewe mukobwa wa Babiloni+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika