ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Yamara no kuri ivyo vyose, mu gihe bazoba bari mu gihugu c’abansi babo, sinzogenda ndabataye+ canke ngo ndabazinukwe+ ku buryo ndabatikiza, ngo ndenge kw’isezerano ryanje+ nagiranye na bo; kuko ndi Yehova Imana yabo.

  • Yeremiya 46:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nayo wewe, ntutinye, ewe musavyi wanje Yakobo,’ ni ko Yehova avuze, ‘kuko ndi kumwe nawe+. Kuko nzotikiza amahanga yose nagushwiragirijemwo+, mugabo wewe sinzogutikiza+. Yamara nzoguhana koko ku rugero rubereye+, sinzobura kuguhana+.’”

  • Amosi 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Raba! Amaso y’Umukama Segaba Yehova ari ku bwami bucumura+, kandi azobuzimanganya koko ku buringanire bw’ubutaka+. Yamara rero, sinzozimanganya buhere inzu ya Yakobo+,’ ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika