Yeremiya 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Nimudugire imisitari yiwe y’inzabibu muyiyogeze+, mugabo ntimuyiherengeteze+. Nimukureho imivyaro yiwe iriko iratotahara, kuko atari iya Yehova+. Yeremiya 30:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kuko ndi kumwe nawe,” ni ko Yehova avuze, “kugira ngukize+; mugabo nzotikiza amahanga yose nagusanzarijemwo+. Ariko weho sinzogutikiza+. Nzogukosora koko ku rugero rubereye, kuko ntazobura kuguhana+.” Amosi 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Raba! Amaso y’Umukama Segaba Yehova ari ku bwami bucumura+, kandi azobuzimanganya koko ku buringanire bw’ubutaka+. Yamara rero, sinzozimanganya buhere inzu ya Yakobo+,’ ni ko Yehova avuze.
10 “Nimudugire imisitari yiwe y’inzabibu muyiyogeze+, mugabo ntimuyiherengeteze+. Nimukureho imivyaro yiwe iriko iratotahara, kuko atari iya Yehova+.
11 “Kuko ndi kumwe nawe,” ni ko Yehova avuze, “kugira ngukize+; mugabo nzotikiza amahanga yose nagusanzarijemwo+. Ariko weho sinzogutikiza+. Nzogukosora koko ku rugero rubereye, kuko ntazobura kuguhana+.”
8 “‘Raba! Amaso y’Umukama Segaba Yehova ari ku bwami bucumura+, kandi azobuzimanganya koko ku buringanire bw’ubutaka+. Yamara rero, sinzozimanganya buhere inzu ya Yakobo+,’ ni ko Yehova avuze.