ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 49:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Kuko nirahiye jewe ubwanje+,” ni ko Yehova avuze, “yuko Bozira+ ata kindi izocika atari akajoreza+, iceyi, agatikizo, n’umuvumo; kandi ibisagara vyayo vyose bizocika ibibanza vyatikijwe gushika igihe kitagira urugero+.”

  • Amosi 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Umukama Segaba Ye hova arirahiye+,’ ni ko Yehova Imana nyen’ingabo avuze, ati: ‘“Nanka urunuka ubwishime bwa Yakobo+, n’iminara yiwe yo kubamwo ndayanse+, kandi igisagara be n’ibicuzuye nzobigabura ku bansi+.

  • Abaheburayo 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuko igihe Imana yaha umuhango wayo Aburahamu+, kubera ko itashobora kurahira uwundi muntu n’umwe ayiruta, yarirahiye+ yo ubwayo,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika