ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Mbega ijambo ryanje ntirimeze nk’umuriro+,” ni ko Yehova avuze, “rikamera kandi nk’inyundo y’ugucura imenagura urutare+?”

  • Hoseya 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ni co gituma nzobatemaguza koko abahanuzi+; nzobicisha koko amajambo yo mu kanwa kanje+. Imanza zizoshitswa kuri wewe zizoba nk’umuco urashe+.

  • Ivyahishuwe 11:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi hagize uwushaka kubagirira nabi, umuriro uca uva mu minwa yabo, ukarigita abansi babo+; kandi hamwe hogira uwushaka kubagirira nabi, ategerezwa kwicwa muri ubwo buryo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika