ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 21:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Amaherezo aronka urwandiko+ ruvuye kuri Eliya+ umuhanuzi, rugira ruti: “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Dawidi sogokuruza wawe avuze: ‘Kubera ko utagendeye mu nzira za Yehoshafati+ so wawe canke mu nzira za Asa+ umwami wa Yuda,

  • Yesaya 58:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 58 “Semerera uherezeko agahogo; ntiwitinye+. Duza ijwi ryawe nk’inzamba, ubwire abantu banje umugararizo+ wabo, n’inzu ya Yakobo ibicumuro vyabo.

  • Yeremiya 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Raba ngushinze igikorwa uyu musi co kuba hejuru y’amahanga no hejuru y’ubwami+, kugira ngo urandure, usiturire hasi, utikize, usambure+, wubake kandi uteragire+.”

  • Ezekiyeli 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Uruhanga rwawe ndarugize nk’idiyama, ndarukomantaje kurusha ibuye ry’isare+. Ntukabatinye+, kandi mu maso habo ntihakaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika