Ivyahishuwe 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umumarayika agira kabiri na we avuza urumbete rwiwe. Maze ikintu kimeze nk’umusozi+ munini waka umuriro kiraririzwa mu kiyaga+. Ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso+; Ivyahishuwe 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Kandi abami+ b’isi bakoranye na we ubusambanyi kandi bakibera mu bihinda vy’agaterasoni bazomuririra bongere bikubitagure ku gikiriza kubera intuntu+, nibaraba umwotsi+ uva ku kururumba kwiwe,
8 Umumarayika agira kabiri na we avuza urumbete rwiwe. Maze ikintu kimeze nk’umusozi+ munini waka umuriro kiraririzwa mu kiyaga+. Ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso+;
9 “Kandi abami+ b’isi bakoranye na we ubusambanyi kandi bakibera mu bihinda vy’agaterasoni bazomuririra bongere bikubitagure ku gikiriza kubera intuntu+, nibaraba umwotsi+ uva ku kururumba kwiwe,